إِنَّا أَعْطَيْنَاكَ الْكَوْثَرَ
Muvugishwamana! Mu vy’ukuri, Twarakweguriye impano y’ivyiza vyinshi nta ngere kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.
بِسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَٰنِ الرَّحِيمِ
Kw’izina ry’Imana Allah, Nyenimpuhwe ku biremwa, Nyenimbabazi ku batoni bayo.
إِنَّا أَعْطَيْنَاكَ الْكَوْثَرَ
Muvugishwamana! Mu vy’ukuri, Twarakweguriye impano y’ivyiza vyinshi nta ngere kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.
فَصَلِّ لِرَبِّكَ وَانْحَرْ
Kubera ivyo rero, senga wamizeko wongere ukerere kw’izina ry’Imana no ku bw’Imana yawe Rurema Allah.
إِنَّ شَانِئَكَ هُوَ الْأَبْتَرُ
Mu vy’ukuri, uwugucokora akanka n’uburongozi warungikanwe, ni we yacitswe n’ivyiza vyose, kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.